요금안내

검색
블로그
요금 안내
엔터프라이즈
즐겨찾기
Burundi Gospel TV thumbnails
Burundi Gospel TV
Burundi Gospel TV ni télévision rukristo ikorera ku ma réseaux sociaux : Facebook, Twitter, Instagram na Youtube ndetse ikaba vuba cane yiteguye kugurura website izoba yitwa Burundi Gospel TV.com Burundi Gospel TV ikaba ifise intumbero yo kuvuga ubutumwa bwiza yisunze ijambo ry'Imana riri muri Mariko 16: 15 rivuga ngo " NIMUGENDE MU BIHUGU VYOSE MUBAMBWIRE UBUTUMWA BWIZA " BGTV dutangaza inkuru nziza tubicishije mu ndirimbo za Gospel, inkuru nziza iyo benshi bita ivugabutumwa (Prédication) ndetse no dutangaza inkuru nziza tubicishije mubindi bikorwa vyose vy'ivugabutumwa canke mubindi bikorwa vyose vya Gospel. BGTV ifise vision igizwe nibintu bikurikira - Ni télévision idahagarariye ishengero na rimwe - Ni télévision idahagarariye k'umuntu n'umwe - Ni télévision idahagarariye k'umunyepolitike n'umwe - Ni télévision itagira imbibe - Ni télévision ikorera ubwami bw'Imana Mudukeneye mwoturondera kuri izi numero: Whatsapp: +257 69 249 867
음악
사회 / 문화
구독자 수
18.1만
총 영상 수
1.6천 개
국가
미국
채널 가입일
2018-09-27
구독자 등급
Macro실버
Link
YouTube IconInstagram IconTwitter IconFacebook Icon

퍼포먼스 요약

일일 평균 조회수 (Shorts)

일일 평균 조회수 (롱폼)

영상별 평균 조회수 (Shorts)

영상별 평균 조회수 (롱폼)

채널 알고리즘 스코어

시청자 참여도

구독자 활성도

구독자 수 변화량


구독자 상승률


유사 채널